Perruque HD Wear & Go – Human Hair, Ntikeneye Kole
Perruque y’imishatsi y’ukuri (Human Hair) ifise HD Lace ibonerana. Ntikeneye kole canke gel. Yambare mu minota mike gusa kandi isa n’imishatsi yawe bwite.
Frigo moyen – Bon état
Frigo taille moyenne ikora neza cane. Irakanyisha neza kandi ntifise ikibazo. Yarakoreshejwe ariko imeze neza. Ca’Lefort Wine Fridge large capacity holds at least 52 bottles…
Samsung Galaxy A32 – Yarakoreshejwe
Samsung Galaxy A32 imeze neza cane, nta kibazo ifise. Yarakoreshejwe amezi make gusa. Batterie irafise inguvu, écran nta scratches nini ifise. 📦 Charger irimwo. 👉…
