Ibibanza Bibiri Bikeneye Kuzitirwa i Bujumbura
New
Overview
Features:
- HAKENEWE UMUFUNDI
- Ikibanza ca 1: Hafi ya 4 ares
- Ikibanza ca 2: Hafi ya 4 ares
Description
Ndarondera umufundi canke ishirahamwe rifise uburambe mu kwubaka no kuzitira ibibanza.
📍 Aho biri: Rubirizi, Bujumbura
Akazi Gasabwa: Kuzitira ibibanza bibiri
Kwunaka Clorite ikomeye kandi ibereye
Gutegura naho irembo rizoca (nimba bikenewe)
Uko bingana:
Ikibanza ca 1: Hafi ya 4 ares
Ikibanza ca 2: Hafi ya 4 ares
Nimba ubikora canke ufise ishirahamwe rikora ibikorwa vy’ubwubatsi, ndagusavye kunyandikira kuri magufy canke kumpamagara. Nshaka umuntu akora neza kandi atanga igiciro kibereye
Murakoze

Leave feedback about this
You must be logged in to post a review.